Sorry, no results.
Please try another keyword
Podcast
Sheï
Mode de vie & Santé
Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu...
Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko. Kaze wongere utumire abandi.
Afficher plus
14 août 2026 - 22min
15 juin 2026 - 1h 6min
4 février 2026 - 1h 6min
12 décembre 2025 - 55min
2 décembre 2025 - 1h 3min
16 octobre 2025 - 39min
5 septembre 2025 - 59min
28 août 2025 - 48min
Amahoro neza bakunzi mutwumviriza,Muri kino kiganiro ca mbere co kw'isôko twashimye kuganira ivyerekeye amagara yo mu mutwe muri rusangi.Twaronse umutumire atubwira uko yakuze nuko yagerageje kwivuza no gukira.Twizera ko biza kugira ico bibafashije nico bibasigiye.Ntimwitinye murashobora kutubwira uko mwavyumvise, muzoba...
Amahoro neza bakunzi mutwumviriza,Muri kino kiganiro ca mbere co kw'isôko twashimye kuganira ivyerekeye amagara yo mu mutwe muri rusangi.Twaronse umutumire atubwira uko yakuze nuko yagerageje kwivuza no gukira.Twizera ko biza kugira ico bibafashije nico bibasigiye.Ntimwitinye murashobora kutubwira uko mwavyumvise, muzoba mukoze cane.Mugire amahoro y'Imana!
Afficher plus
11 août 2025 - 51min
17 juillet 2025 - 0min
Sheï
Sheï